Ibisata nka vyinshi mu gihugu "ntibiriko birakora neza" kubera ubukene bw’igitoro, mu gisagara ca Bujumbura amashure yasavye abavyeyi kwimenya kubera atakironka igitoro ashira muri bus zahora ...
Ubushikiranganji bw’ubutungane mu Burundi bwatangaje ko umunyeshure yiga mu wa gatatu w’amashure yisumbuye mu Kirundo yari amaze imisi apfunzwe yarekuwe “ku muhingamo w'ejo hahise igenekerezo rya 15 ...