Abahinga batoye ibimenyetso bishasha, nubwo ari ivy'imfatakibanza, vyerekana ko umubumbe wa kure cane uzungurukwa n'ukundi kwezi ushobora kuba ufise ibintu bishobora gutuma haba ubuzima. Umurwi ...
Umukuru w'igihugu ca Reta Zunze Ubumwe za Amerika Joe Biden avuga ko Israel itanguye gutakaza icizere c'amakungu kubera "ibibombe icucagira mu rudavagi" kuri Gaza. Aya majambo yiwe yabwiye abari mu ...