Ku bakrisu benshi kw'isi iyi tariki ya 25 Kigarama ni umusi bahimbaza ukuvuka kwa Yezu/Yesu Kristu umugabo bivugwa ko yabayeho mu myaka irenga 2025 iheze. Ariko ingene isura yiwe yerekanwa muri iyi ...