Kazoza ka Dorcas Cherop w'imyaka 14 ntikari keza igihe umuryango wiwe wabwirwa ko akeneye kwivuza kanseri y'agasaho k'umukoyo/uruhago (bladder cancer) mu kiringo c'umwaka mu Uganda. Ingorane si ...