Umuryango wa Christian Malanga ukomeje kugaragaza imbamutima zawo nyuma y’igitero yagaragaje ko yari ayoboye cyagerageje ‘guhungabanya inzego z’ubutegetsi’ za Congo ku cyumweru, aho yerekanye umuhungu ...
Perezida Joe Biden yahaye imbabazi umuhungu wiwe Hunter, mu rubanza rw'ivyaha bibiri yagirizwa, nubwo imbere y'aha yari yavuze ko ata mugambi yari afise. Mw'itangazo, umukuru w'igihugu avuga ko ...