Insiguro y'isanamu, Ibiharuro vyo mu mwaka wa 2024 bitangwa na Global Gender Gap Index, vyerekana ko ata gihugu na kimwe kirashikira uburinganire ku burenganzira hagati y'abagabo n'abagore.
Minani Samuel azwi kw'izina rya 'Baby' aba muri komine Muha mu gisagara ca Bujumbura. Uwo mugabo w'imyaka 45, avuga ko yafashe ingingo yo kwambara nk'abagore, inyuma y'aho ahakiwe kwicwa mu ntambara.